歌詞和翻譯 - Ndiyemera
— 演唱 Jeazy Boy
“Ndiyemera”歌詞和翻譯。發現誰寫了這首歌。找出誰是這個音樂視頻的製作人和導演。《Ndiyemera》作曲、作詞、編曲、流媒體平台等。“Ndiyemera”是在索馬里上演奏的歌曲。 “Ndiyemera”由演唱 Jeazy Boy— 演唱 Jeazy Boy
“Ndiyemera”歌詞和翻譯。發現誰寫了這首歌。找出誰是這個音樂視頻的製作人和導演。《Ndiyemera》作曲、作詞、編曲、流媒體平台等。“Ndiyemera”是在索馬里上演奏的歌曲。 “Ndiyemera”由演唱 Jeazy Boy
|
Download New Songs
Listen & stream |
|
Easy Life® presents the official video for "NDIYEMERA"
performed by @mutamawubuki ft @19th
"NDIYEMERA" is more than a Song
which means « Pride » (a feeling of self-respect and personal worth).
Beat by KDaGreat
Vocals and Mix by DollarBeat
Mastering by BobPro
Directed by vj manifester
LYRICS
Yooh Eazy!
Baza Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Ndiyemera!
Yego Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Anha Ndiyemera!
Life Buja N’ubupfubuzi
Nka offside N’umusifuzi (Ni nooma)
Up in front nk’umuringoti
Play to Win nka Leo Messi
King Kingston Jamaica
Roll up roll up nda domeka
Fatisha N’uwufadika
Ndigata akunyu Nka mira
Erega muzo kwifira
Nk’umukinyi nka basatira
Man like Mandela
Tuli hustle Leo wana shobokeya!
Ni Mlale lale
Street tuna shaka Lale (Money)
Tubikora kwa Cane
Bazinduka ubwacu natwe tugira turyame!
Baza Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Ndiyemera!
Yego Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Anha Ndiyemera!
Bakunda kwipima ntibandusha gusimba
bakunda kuhakinda kurapa ntibabizi namba
ngene bayinga basanze nd'umuninja
es'ukuntu ndabazinga ndababohesha
intsinga ya mic
Mukina game tuba controller
kubita ama punchline tubahongora
muduhiga kw'insonga tukabasongora
bigira abahinga bagakubitwa
intsinga ya mic
Erega muzokwifira
nk'indimu mbarisha tequila
ah man like mandela
tanga respect to the biggest player
Izi balles zirabarondera
bura kwiruka mugire amagendera
okay i'm straight
mwitegure nkorotse BJ
we gon go crazy brazy
Baza Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Ndiyemera!
Yego Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Anha Ndiyemera!
Baza Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Ndiyemera!
Yego Ndiyemera Ndiyemera!
Ndiyemera Anha Ndiyemera!
(C) 2025 Easy Life®
#mutamawubuki #ndiyemera #19th